ITANGAZO RYA INSS : RUSANSUMA RW'ABAKORESHA

Publié par inss : Thu, 11/10/2022 - 17:54
Document PDF

Ishirahamwe INSS riramenyesheje abantu bose baba mu Gisagara ca Bujumbura ko ryateguye rusansuma rw'abakoresha bose bafise imirimo bakorera mu Gisagara.
Intumbero y'ico gikorwa ni ukumenya umwidondoro w'abo bakoresha hamwe n'uturere baranguriramwo imirimo yabo.
Rusansuma itegekanijwe gutangura ku munsi wa mbere igenekereza rya 14/11/2022, rukazokorwa n'aba « Chefs de Quartiers >> bose babifashijwemo n'abakozi ba INSS.
INSS irasavye abajejwe intwaro nhbo bakoresha vyerekeye kobobikorana umwete kugire ico gikorwa kirangurwe neza.

Type