IKIRANGAMISI C’IHEMBWA C’IGICE CA KANE C’UMWAKA WA 2022

Publié par inss : Tue, 12/13/2022 - 14:37
Document PDF

Ubuyobozi bukuru bwa INSS buramenyesheje abanywanyi bose basanzwe bahembwa ukwo amezi atatu aheze kandi bahembwa n'ibanki CRDB ko bazotangura guhembwa kuva kw'igenekerezo rya 1,6 Kigar ama2022 gushika igenekerezo rya 07 Nzero 2023 hakurikijwe ikirangamisi kiri muri rino tangazo Abo vyerekeye basabwe kwibangikanya ikarata karangamuntu kugira borohereze ibanki CRDB mu gikorwa co kubahemba. Murakoze

 

INTARA YA BUBANZA

 
       

 

Abanywanyi bari :

Ibibanza vyo guhemberwamo ni :

Italiki yo Guhemba

1

Rugazi

Kuri Komine Rugazi

 16/12/2022    

2

Muzinda

Kuri Zone Muzinda

 16/12/2022

3

Musigati

Kuri Komine Musigati

16/12/2022

4

Mpanda

Kuri Komine Mpanda

16/12/2022

5

Gihanga

Kuri Komine Gihanga

16/12/2022

6

Bubanza

Kuri Komine Bubanza

16/12/2022

       

INTARA YA CIBITOKE

 
       

 

Abanywanyi bari :

Ibibanza vyo guhemberwamo ni :

Italiki yo Guhemba

1

Murwi

Kuri Komine Murwi

          16/12/2022

 

2

Bukinanyana

Kuri Komine Bukinanyana

16/12/2022

2

Mugina

Kuri Komine Mugina

          16/12/2022

4

Mabayi

Kuri Komine Mabayi

16/12/2022

5

Buganda

Kuri Komine Buganda

16/12/2022

6

Rugombo

Kuri Komine Rugombo

16/12/2022

7

Cibitoke

Ku biro vya Agence Cibitoke

          16/12/2022

       

INTARA YA BUJUMBURA

 
       

 

Abanywanyi bari :

Ibibanza vyo guhemberwamo ni :

Italiki yo Guhemba

1

Mutimbuzi

Kuri Komine Mutimbuzi

19/12/2022

2

Gatumba

Kuri  Zone Gatumba

19/12/2022

3

Rushubi

Kuri Komine Isale

19/12/2022

4

Kirombwe

Mu Kirombwe

          19/12/2022

5

Mubimbi

Kuri Komine Mubimbi

19/12/2022

6

Mutambu

Kuri komine Mutambu

19/12/2022

7

Kabezi

Kuri Komine Kabezi

          19/12/2022

8

Nyabiraba

Kuri komine Nyabiraba

19/12/2022

9

Mukike

Kuri Komine Mukike (MAYUYU)

19/12/2022

10

Kanyosha Rural

Mu Ruyaga

19/12/2022

11

Rwibaga

Kuri Centre Rwibaga

20/12/2022

12

Mugongo

Kw’ivuriro ry’i Mugongo

20/12/2022

13

Ijenda

Kuri Centre Jenda

          20/12/2022

14

RUKINA

Kuri Zone rukina

19/12/2022

INTARA YA BURURI

 
       

 

Abanywanyi bari :

Ibibanza vyo guhemberwamo ni :

Italiki yo Guhemba

1

Kiryama

Mu Kiryama

21/12/2022

2

Songa

Kuri Paroisse Rumeza

21/12/2022

3

Kiremba Sud

Kuri Centre Kiremba

21/12/2022

4

Bururi

Kuri Komine Bururi

21 na 22/12/2022

5

Vyanda

Kuri Komine Vyanda

21 na 22/12/2022

6

Nyagasasa

I Nyagasasa

21/12/2022

7

Mugamba

Kuri Komine Mugamba

21 na 22/12/2022

8

Tora

Kuri ECOFO MPOTA

21/10/2022

9

Rutovu

Kuri Komine Rutovu

21 na 22/12/2022

10

Muhweza

Kuri Centre Muhweza

21/12/2022

11

Matana

Kuri komine Matana

21 na 22/12/2022

12

Nyagihotora

Kuri Centre Nyagihotora

21/12/2022

 

INTARA YA RUMONGE

 

 

 

 

Abanywanyi bari :

Ibibanza vyo guhemberwamo ni :

Italiki yo Guhemba

1

Bugarama

Kuri Commune Bugarama

20/12/2022

2

Muhuta

Kuri Centre Gitaza

20/12/2022

3

Rumonge

Ku biro vy’ishirahamwe INSS

20/12/2022

4

Buyengero

Kuri Komine Buyengero

20/12/2022

5

Burambi

Kuri Komine Burambi

20/12/2022

 

INTARA YA RUTANA

 
       

 

Abanywanyi bari :

Ibibanza vyo guhemberwamo ni :

Italiki yo Guhemba

1

Giharo

Kuri Komine Giharo

23/12/2022

2

Gitanga

Kuri Komine Gitanga

23/12/2022

3

Gihofi

Kuri Komine Bukemba

23/12/2022

4

Musongati

Kuri Komine Musongati

23/12/2022

5

Mpinga-Kayove

Kuri Komine Mpinga-kayove

23/12/2022

6

Rutana

Kuri Komine Rutana

23/12/2022

7

Kayero

Kuri Zone Kayero

23/12/2022

8

Zone Ngoma

Kuri Lycée Communal Ngoma

          23/12/2022

 

INTARA YA MAKAMBA

 
       

 

Abanywanyi bari :

Ibibanza vyo guhemberwamo ni :

Italiki yo Guhemba

1

Kayogoro

Kuri Komine Kayogoro

23/12/2022

2

Nyanza-Lac

Kuri Komine Nyanza-Lac

23/12/2022

3

Vugizo

Kuri Komine Vugizo

23/12/2022

4

Makamba

Kuri Komine Makamba

23/12/2022

5

Kibago

Kuri Komine Kibago

23/12/2022

6

Mabanda

Kuri Komine Mabanda

23/12/2022

 

INTARA YA GITEGA

 

     

 

 

Abanywanyi bari :

Ibibanza vyo guhemberwamo ni :

Italiki yo Guhemba

1

Itaba

Kuri Komine Taba

26/12/2022

2

Giheta

Kuri Komine Giheta

26/12/2022

3

Buraza

Kuri Komine Buraza

26/12/2022

4

Bugendana

Kuri Komine Bugendana

26/12/2022

5

Nyarusange

Kuri Komine Nyarusange

          26/12/2022

6

Bukirasazi

Kuri Komine Bukirasazi

         26/12 /022

7

Makebuko

Kuri Komine Makebuko

26/12/2022

8

Gishubi

Kuri Komine Gishubi

26/12/2022

9

Mutaho

Kuri Komine Mutaho

26/12/2022

10

Ryansoro

Kuri Komine Ryansoro

26/12/2022

11

Gitega

Ku biro Vya INSS

26 na 27/12/2022

         

INTARA YA CANKUZO

 

     

 

 

Abanywanyi bari :

Ibibanza vyo guhemberwamo ni :

Italiki yo guhemba

1

Mishiha

Kuri Komine Mishiha

27/12/2022

2

Cendajuru

Kuri Komine Cendajuru

27/12/2022

3

Kigamba

Kuri Komine Kigamba

27/12/2022

4

Gisagara

Kuri Komine Gisagara

27/12/2022

5

Cankuzo

Kuri Komine Cankuzo

27/12/2022

       

INTARA YA KARUSI

 
       

 

Abanywanyi bari :

Ibibanza vyo guhemberwamo ni :

Italiki yo Guhemba

1

Mutumba

Kuri Komine Mutumba

27/12/2022

2

Nyabikere

Kuri Komine Nyabikere

27/12/2022

3

Gitaramuka

Kuri Komine Gitaramuka

27/12/2022

4

Buhiga

Kuri Komine Buhiga

27/12/2022

Karuzi

Ku Biro vy’ intara ya Karuzi

27/12/2022

5

Gihogazi

Kuri Komine Gihogazi

27/12/2022

6

Bugenyuzi

Kuri Komine Bugenyuzi

27/12/2022

7

Shombo

Kuri Komine Shombo

27/12/2022

       

INTARA YA RUYIGI

 
       

 

Abanywanyi bari :

Ibibanza vyo guhemberwamo ni :

Italiki yo Guhemba

1

Muriza na Butaganzwa

Kuri Komine Butaganzwa

27/12/2022

2

Butezi

Kuri Komine Butezi

27/12/2022

3

Nyabitsinda

Kuri Komine Nyabitsinda

27/12/2022

4

Gisuru

Kuri Komine Gisuru

27/12/2022

5

Bweru na Kayongozi

Kuri Komine Bweru

27/12/2022

6

Ruyigi

Kuri Komine Ruyigi

27/12/2022

INTARA YA MUYINGA

 

 

Abanywanyi bari :

Ibibanza vyo guhemberwamo ni :

Italiki yo Guhemba

1

Mwakiro

Kuri Komine Mwakiro

28/12/2022

2

Giteranyi

Kuri Komine Giteranyi

28/12/2022

3

Butihinda

Kuri Centre Kobero

28/12/2022

4

Gasorwe

Kuri Komine Gasorwe

28/12/2022

5

Gashoho

Kuri Komine Gashoho

28/12/2022

6

Buhinyuza

Kuri Komine Buhinyuza

28/12/2022

7

Muyinga

Kuri Komine Muyinga

          28/12/2022

     

 

INTARA YA KIRUNDO

 
       

 

Abanywanyi bari :

Ibibanza vyo guhemberwamo ni :

Italiki yo Guhemba

1

Ntega

Kuri Komine Ntega

28/12/2022

2

Gitobe

Kuri Komine Gitobe

28/12/2022

3

Vumbi

Kuri Komine Vumbi

28/12/2022

4

Bwambarangwe

Kuri Komine Bwambarangwe

28/12/2022

5

Bugabira

Kuri Komine Bugabira

28/12/2022

6

Busoni

Kuri Komine Busoni

28/12/2022

7

Kirundo

Kuri Komine Kirundo

28/12/2022

       

INTARA YA NGOZI

   
       

 

Abanywanyi bari :

Ibibanza vyo guhemberwamo ni :

Italiki yo Guhemba

1

Busiga na Mparamirundi

Kuri Komine Busiga

29/12/2022

2

Marangara

Kuri Komine Marangara

29/12/2022

3

Musasa na Kiremba Nord

Kuri Komine Kiremba

29/12/2022

4

Nyamurenza

Kuri Komine Nyamurenza

29/12/2022

5

Ruhororo

Kuri Komine Ruhororo

29/12/2022

6

Mwumba

Kuri Komine Mwumba

29/12/2022

7

Gashikanwa

Kuri Komine Gashikanwa

29/12/2022

8

Ngozi

Kuri Komine Ngozi

29 na 30/12/2022

9

Tangara

Kuri Komine Tangara

29/12/2022

INTARA YA KAYANZA

 
       

 

Abanywanyi bari :

Ibibanza vyo guhemberwamo ni :

Italiki yo Guhemba

1

Rango

Kuri Komine Rango

29/12/2022

2

Muhanga

Kuri Komine Muhanga

29/12/2022

3

Gatara

Kuri Komine Gatara

          29/12/2022

4

Kabarore

Kuri Komine Kabarore

29/12/2022

5

Gahombo

Kuri Komine Gahombo

29/12/2022

6

Matongo

Kuri Komine Matongo

29/12/2022

7

Muruta

Kuri Komine Muruta

29/12/2022

8

Kayanza

Kuri Komine Kayanza

29/12/2022

9

Butaganzwa

Kuri Komine Butaganzwa

29/12/2022

 

INTARA YA MURAMVYA

 
       

 

Abanywanyi bari :

Ibibanza vyo guhemberwamo ni :

Italiki yo Guhemba

1

Rutegama

Kuri Komine Rutegama

30/12/2022

2

Mbuye

Kuri Komine Mbuye

30/12/2022

3

Bukeye

Kuri Komine Bukeye

30/12/2022

4

Kiganda

Kuri Komine Kiganda

30/12/2022

5

Muramvya

Kuri Komine Muramvya

30/12/2022

6

Bugarama

 

Kuri zone Bugarama

 

30/12/2022

7

Shombo

Kuri zone Shombo

30/12/2022

INTARA YA MWARO

 
 

Abanywanyi bari :

Ibibanza vyo guhemberwamo ni :

Italiki yo Guhemba

1

Gisozi

Kuri Komine Gisozi

          02/01/2023

2

Nyakararo

Kuri Komine Nyakararo

02/01/2023

3

Nyabihanga

Kuri Komine Nyabihanga

02/01/2023

4

Kayokwe na Kibumbu

Kuri Komine Kayokwe

02/01/2023

5

Ndava-Fota

Kuri Komine Ndava

02/01/2023

6

Rusaka

Kuri Komine Rusaka

02/01/2023

7

Bisoro

Kuri Komine Bisoro

          02/01/2023

8

Mwaro

Ku biro Vya INSS

02 na 03/01/2022

     

 

IGISAGARA CA BUJUMBURA

 

       

 

Abanywanyi bari :

Ibibanza vyo guhemberwamo ni :

Italiki yo Guhemba

1

Mutanga, Nyakabiga,Bwiza, Buyenzi na Rohero

Ku cicaro gikuru ca CRDB BANK

04 - 07/01/2023

                2

Gihosha, Ngagara, Butere, Kinama, Cibitoke na Kamenge

Kuri Zone Kamenge

05/01/2023

3

Kinindo, Musaga, Kanyosha Mairie

Kuri Zone Kanyosha

06/01/2023

Type