Annonces

ITANGAZO RYA INSS : RUSANSUMA RW'ABAKORESHA

Publié par inss : Thu, 11/10/2022 - 17:54

Ishirahamwe INSS riramenyesheje abantu bose baba mu Gisagara ca Bujumbura ko ryateguye rusansuma rw'abakoresha bose bafise imirimo bakorera mu Gisagara.
Intumbero y'ico gikorwa ni ukumenya umwidondoro w'abo bakoresha hamwe n'uturere baranguriramwo imirimo yabo.
Rusansuma itegekanijwe gutangura ku munsi wa mbere igenekereza rya 14/11/2022, rukazokorwa n'aba « Chefs de Quartiers >> bose babifashijwemo n'abakozi ba INSS.
INSS irasavye abajejwe intwaro nhbo bakoresha vyerekeye kobobikorana umwete kugire ico gikorwa kirangurwe neza.

NOTE CIRCULAIRE A TOUS LES EMPLOYEURS RELATIVE AUX ECHEANCES DE PAIEMENT DES COTISATIONS ET DE DECLARATIONS DES REMUNERATIONS

Publié par inss : Mon, 09/19/2022 - 14:49

En référence aux articles de la loi no 1/12 du 12 Mai 2020 portant code de la protection sociale au Burundi, l’INSS rappelle à tous les employeurs que conformément aux articles précités les délais limites de paiement des cotisations et de déclaration des rémunérations on été fixés au plus tard le quinzième jour du mois qui suit celui auquel les cotisations sont dues.

IBIMENYESHEJWE ABAKORESHA BOSE KUBIJANYE NO KURIHIRA BE NO KUMENYEKANISHA ABAKOZI BABO MW'ISHIRAHAMWE INSS

Publié par inss : Wed, 09/14/2022 - 16:06

Ishirahamwe ryo gutegekaniriza kazoza abakozi, INSS ryisunze ingingo ya 139 na 141 y'ibwirizwa inomero 1/12 ryo ku wa 12 Rusama 2020 ryerekeye igitabu c'amategeko agenga ugukingira n'ugutegekereniriza kazoza abenegihugu mu Burundi, riribukije abakoresha bose ko kurihira amafranga yo gutegekanya kazoza no kumenyekanisha urutonde rw'abakozi babo muri INSS, bikorwa mu minsi itarenga 15 y'ukwezi gukurik

Anniversaire de 60 ans

Publié par inss : Tue, 08/02/2022 - 00:03

Pionnier et leader de la sécurité sociale au Burundi, l’Institut National de Sécurité Sociale, INSS en sigle a été institué par la loi du 20 Juillet 1962 avec pour mission de gérer deux régimes ; le régime des pensions et celui des risques professionnels.