Annonces

Itangazo ry'ihemba ry'igice ca kane c'umwaka w'i 2024

Publié par inss : Wed, 12/11/2024 - 15:05

Ubuyobozi bukuru bwa INSS buramenyesheje abanywanyi bose basanzwe bahembwa ukwo amezi atatu aheze kandi bahembwa n'ibanki CRDB ko bazotangura guhembwa kuva kw'igenekerezo rya 16 Kigarama 2024 hakurikijwe ikirangamisi kiri muri rino tangazo.

Amasaha yo guhemba ni kuva isaha zibiri zo mugatondo gushika isaha cumi n'imwe z'umugoroba (de 08h00 à 17h00)

MENYA NEZA : Umunywanyi wese asabwa gutanga i nomero ya telephone ngendanwa yiwe. uwutazoyitanga ntazohembwa mw'ihemba rizokurikira.

ITANGAZO RYA INSS

Publié par inss : Mon, 11/11/2024 - 10:11

ITANGAZO RYA INSS

Ubuyobozi bukuru bwa INSS buramenyesheje abanywanyi bose bahembwa n’iryo shirahamwe ko hategekanijwe rusansuma rwabo kuva kw’igenekerezo rya 18 Munyonyo 2024 (18/112024).

MENYA NEZA

1. Uwuhembwa wesegwa kwitaba gikorwa ku gatwe kiwe yitwaje ikarata karangamuntu, harimwo n’abasigwa (ayants-droit).

2. Ku bafatira abandi (mandataires), baramenyeshejwe ko hazosansumwa nyene amahera.

Communiqué de passation du test écrit pour les candidats retenus sur différents postes

Publié par inss : Tue, 10/15/2024 - 16:50

L'Institut National de Sécurité Sociale informe les candidats retenus pour passer le test écrit aux postes ci-après :

  1. Ingénieur Civil;
  2. Cadre de niveau Licence/baccalauréat en droit;
  3. Cadres de niveau Licence/Baccalauréat en Gestion/Comptabilité;
  4. Cadres de niveau A1 en Gestion/Comptabilité;
  5. Agent de niveau A2 en Sciences infirmières.

Que le test aura lieu Samedi 19/10/2024 dans les enceintes du Lycée du Lac TANGANYIKA à partir de 9h00.

NB: 

GUTANGA INTERERANO MURI INSS Z’IGICE CA GATATU CU MWAKA 2023

Publié par inss : Tue, 10/10/2023 - 15:35

MUKORESHA TANGA INTERERANO Z’ABAKOZI Z’IGICE CA GATATU CU
MWAKA WA 2023 MUKORESHEJE UBUHINGA NGURUKANABUMENYI
MENYA NEZA MUTEGEREZWA GUTANGA IBIRANGA UMUKORESHA : IZINA
RY’UMUKORESHA, I NOMERO Y’UMUKORESHA N’IGISATA AKORERAMWO
AHO MUSHIKIRIZA IMPAMPURO:
serecouvre10@inss.gov.bi, serecouvre11@inss.gov.bi, serecouvre12@inss.gov.bi,
serecouvre13@inss.gov.bi, serecouvre14@inss.gov.bi
ABAKORESHA BAZOKWAKIRWA KUVA ITARIKI 10 GUSHIKA 15 GITUGUTU
2023 KUVA I SAHA ZIBIRI ZO MUGITONDO GUSHIKA ISAHA CUMI N’IMWE
Z’UMUGOROBA

DECLARATION ET PAIEMENT DES COTISATIONS DU 3 ème TRIMESTRE 2023

Publié par inss : Tue, 10/10/2023 - 15:31

INSS : EMPLOYEURS ! PAYEZ LES COTISATIONS DU 3 ème TRIMESTRE 2023 ET
DECLARER ELECTRONIQUEMENT LES COTISATIONS DE VOS
TRAVAILLEURS.
INSS : TITRE DE PAIEMENT ! MENTIONS OBLIGATOIRES :
NOM DE L’EMPLOYEUR, ENTITE ADMINISTRATIVE ET NUMERO
D’AFFILIATION.
DECLARATION PAR E-MAILS :
serecouvre10@inss.gov.bi, serecouvre11@inss.gov.bi, serecouvre12@inss.gov.bi,
serecouvre13@inss.gov.bi, serecouvre14@inss.gov.bi
ACCUEIL :
DE 8 H 00 A 17 H 00 DU 10 AU 15 OCTOBRE 2023
Info : Service Recouvrement Tél. 22 26 95 32 ou 22 26 95 38

ANNONCE DE L'INSS

Publié par inss : Mon, 07/10/2023 - 15:21

DECLARATION ET PAIEMENT DES COTISATIONS DU 2ème TRIMESTRE 2023

INSS: EMPLOYEURS ! PAYEZ LES COTISATIONS DU 2ème TRIMESTRE 2023 ET DECLARER ELECTRONIQUEMENT LES COTISATION DE VOS TRAVAILLEURS.

INSS: TITRE DE PAIMENT ! MENTIONS OBLIGATOIRES: 

NOM DE L'EMPLOYEUR, ENTITE ADMINISTRATIVE ET NUMERO D'AFFILIATION.

Déclaration par e-mails: serecouvre11@inss.gov.bi, serecouvre12@inss.gov.bi

ACCEUIL : TOUS LES JOURS OUVRABLES PENDANT LES HEURES DE SERVICE.

DATE LIMITE : SAMEDI, LE 15/07/2023 A 17H00'