Annonces

Itangazo rya Insss, Ikirangamisi co guhembwa mw'i Banki CRDB

Publié par inss : Fri, 03/31/2023 - 12:39

ubuyobozi bukuru bwa INSS buramenyesheie abanywanyi bose basanzwe bahembwa ukwo am'ezi atatu aheze kandi bahembwa n'ibanki CRDB ko bazotangura guhembwa kuva kw'igenekerezo rya 03 Ndamukiza 2023 hakurikiiwe ikirangamisi kiri muri rino tangazo.

Amasaha yo guhemba ni kuva isaha zibiri zo mu gatondo gushika isaha cumi n'imwe z'umugoroba (de 08h00 à 1 7ho o).

Abo vyerekeye basabwe kwibangikanya ikarata karangamuntu n'uduk arata bahawe n'ibanki CRDB kugira baborohereze mu gikorwa co kubahemba 

UBUYOBOZI BUKURU BW'ISHIRAHAMWE RYO GUTEGEKANIRIZA KAZOZA ABAKOZI I.N.S.S BURAMENYESHEJE ABAKUKURUKE HAMWE N'ABASIGWA B'ABAKUKURUKE KO MAKARATA YO KWIVURIZAKO YABONETSE

Publié par inss : Thu, 01/19/2023 - 08:38
UBUYOBOZI BUKURU BW'ISHIRAHAMWE RYO GUTEGEKANIRIZA KAZOZA ABAKOZI I.N.S.S BURAMENYESHEJE ABAKUKURUKE HAMWE N'ABASIGWA B'ABAKUKURUKE KO MAKARATA YO KWIVURIZAKO YABONETSE. AYO MAKARATA AKAZOTANGURA GUTANGWA KUVA KU MUSI WA MBERE IGENEKEREZO RYA 23 NZERO 2023 KU BIRO VYA I.N.S.S. BIBEGEREYE. HASABWA IBI BIKURIKIRA: 1. KUBA UMUKUKURUKE YAKOREYE RETA; 2. KUBA UMUSIRWA W'UMUKUKURUKE YAHOZE AKORA MURI RE'IA; 3. IFOTO PASSEPORT; 4.

CARTES DE SUBVENTION DES SOINS DE SANTE SONT DISPONIBLES A L'I.N.S.S

Publié par inss : Thu, 01/19/2023 - 08:29
LA DIRECTION GENERALE DE L'I.N,S.S PORTE A LA CONNAISSANCE DES RETRAITES DE L'ETAT ET DE LEURS AYANTS DROIT QUE LES CARTES DE SUBVENTION DES SOINS DE SANTE SONT DISPONIBLES A L'I.N.S.S, ELLES SERONT DISTRIBUEES A PARTIR DE LUNDI, LE 23 JANVIER 2023 AU BUREAU DE L'TNSS LE PLUS PROCHE (SIEGE-AGENCES). LES CONDITIONS EXIGEES: 1. ETRE RETRAITE DE L'ETAT; 2. ETRE AYANT DROIT DU RETRAITE DE L'ETAT; 3.

IKIRANGAMISI C’IHEMBWA C’IGICE CA KANE C’UMWAKA WA 2022

Publié par inss : Tue, 12/13/2022 - 14:37

Ubuyobozi bukuru bwa INSS buramenyesheje abanywanyi bose basanzwe bahembwa ukwo amezi atatu aheze kandi bahembwa n'ibanki CRDB ko bazotangura guhembwa kuva kw'igenekerezo rya 1,6 Kigar ama2022 gushika igenekerezo rya 07 Nzero 2023 hakurikijwe ikirangamisi kiri muri rino tangazo Abo vyerekeye basabwe kwibangikanya ikarata karangamuntu kugira borohereze ibanki CRDB mu gikorwa co kubahemba. Murakoze

NOTE CIRCULAIRE A TOUS LES EMPLOYEURS RELATIVE AUX ECHEANCES DE PAIEMENT DES COTISATIONS ET DE DECLARATION DES REMUNERATIONS

Publié par inss : Wed, 12/07/2022 - 14:00

En référence aux articles 139 et 141 de la Loi no Llt} du L2 Mai 2020 portant code de la protection sociale au Burundi, I'INSS rappelle à tous les employeurs que conformément aux articles précités, les délais limites de paiement des cotisations et de déclaration des rémunérations ont été fixés au plus tard le quinzième jour du mois qui suit celui auquel les cotisations sont dues.

RECENSEMENT GENERAL DES EMPLOYEURS DU SECTEUR STRUCTURE

Publié par inss : Thu, 11/10/2022 - 18:00

L'Institut National de Sécurité Sociale (INSS), informe tous les habitants de la Mairie de Bujumbura qu'il organise un recensement général de tous les employeurs dusecteur structuré.
L'objet de ce recensement est d'identifier et de localiser géographiquement tous lesemployeurs.
Cette activité débutera ce lundi le 14/11/2022 et sera effectué par tous les Chefs de Quartier en collaboration avec le Personnel de I'INSS.
L'INSS invite tous les administratifs à la base ainsi que tous les intervenants à bien collaborer pour la réussite de cette activité.

ITANGAZO RYA INSS : RUSANSUMA RW'ABAKORESHA

Publié par inss : Thu, 11/10/2022 - 17:54

Ishirahamwe INSS riramenyesheje abantu bose baba mu Gisagara ca Bujumbura ko ryateguye rusansuma rw'abakoresha bose bafise imirimo bakorera mu Gisagara.
Intumbero y'ico gikorwa ni ukumenya umwidondoro w'abo bakoresha hamwe n'uturere baranguriramwo imirimo yabo.
Rusansuma itegekanijwe gutangura ku munsi wa mbere igenekereza rya 14/11/2022, rukazokorwa n'aba « Chefs de Quartiers >> bose babifashijwemo n'abakozi ba INSS.
INSS irasavye abajejwe intwaro nhbo bakoresha vyerekeye kobobikorana umwete kugire ico gikorwa kirangurwe neza.