INSS

Urgent | ivyihutirwa

Calendrier de paie Ier trimestre 2026 | Itangazo ry’ikirangamisi c’Ihemba c’igice ca mbere umwaka wa 2026

Calendrier de paie Ier trimestre 2026 | Itangazo ry’ikirangamisi c’Ihemba c’igice ca mbere umwaka wa 2026 Ubuyobozi bukuru bwa INSS buramenyesheje abanywanyi bose basanzwe bahembwa ukwo amezi atatu aheze kandi bahembwa n’ibanki BANCOBU biciye mu buryo bwa BANCOBU eNoti ko bazotangura guhembwa kuva kw’igenekerezo rya 20 NDAMUKIZA 2026 hakurikijwe. ikirangamisi kiri  muri rino tangazơ.   Réf. […]

UBURENGANZIRA BW’UMUKOZI AGIZE ISANGANYA KU KAZI N’URUHARA RW’ISHIRAHAMWE INSS

Mu buzima bw’akazi bwa minsi yose, harashobora kubaho amasanganya atandukanye ashikira abakozi. Ni co gituma ishirahamwe INSS (Institut National de Sécurité Sociale) rifise uruhara rukomeye mu gufasha abakozi igihe bashikiwe n’ayo masanganya. Ivyo bishikirizwa na Estella Kwizera, arongoye igisata kijejwe gutunganiriza abahuye n’impanuka ziturutse ku kazi muri iryo shirahamwe. Umukozi wese yategekanirijwe kazoza muri INSS, […]