Ugutegekaniriza kazoza abakozi bibafitiye akamaro kanini cane iyo bakiri kukazi canke bageze mu za bukuru

Ugutegekaniriza kazoza abakozi bibafitiye akamaro kanini cane iyo bakiri kukazi canke bageze mu za bukuru, ivyo bivurwa na NIVYUMUREMYI Juliette asanzwe arongoye igisata co kwakira abanywanyi muri INSS. Iyo umukozi akiri kukazi akamaro bimugirira ngo ni nkaho umukozi agize isanganya ari mu kazi, ariko araja canke atashe avuye ku kazi, canke akarwarira ku kazi, iyo […]
UBURENGANZIRA BW’UMUKOZI AGIZE ISANGANYA KU KAZI N’URUHARA RW’ISHIRAHAMWE INSS

Mu buzima bw’akazi bwa minsi yose, harashobora kubaho amasanganya atandukanye ashikira abakozi. Ni co gituma ishirahamwe INSS (Institut National de Sécurité Sociale) rifise uruhara rukomeye mu gufasha abakozi igihe bashikiwe n’ayo masanganya. Ivyo bishikirizwa na Estella Kwizera, arongoye igisata kijejwe gutunganiriza abahuye n’impanuka ziturutse ku kazi muri iryo shirahamwe. Umukozi wese yategekanirijwe kazoza muri INSS, […]